Itanguriro 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo Kayini abwira Abeli mwene wabo ati: “Tugende mu gahinga.” Nuko bari mu gahinga, Kayini agurukira kuri Abeli mwene wabo, aramwica+. Abacamanza 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inyuma y’ivyo aja ku nzu ya se wiwe i Ofura+ maze yica bene wabo+, bene Yerubayali, abagabo mirongo irindwi, abicira kw’ibuye rimwe, mugabo Yotamu umuhungu mutoyi wa Yerubayali arasigara, kuko yari yinyegeje.
8 Inyuma y’ivyo Kayini abwira Abeli mwene wabo ati: “Tugende mu gahinga.” Nuko bari mu gahinga, Kayini agurukira kuri Abeli mwene wabo, aramwica+.
5 Inyuma y’ivyo aja ku nzu ya se wiwe i Ofura+ maze yica bene wabo+, bene Yerubayali, abagabo mirongo irindwi, abicira kw’ibuye rimwe, mugabo Yotamu umuhungu mutoyi wa Yerubayali arasigara, kuko yari yinyegeje.