Abacamanza 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu nyuma umumarayika wa Yehova araza+, yicara munsi y’igiti kinini cari i Ofura, icegukira Yowasi Umwabiyezeri+, mu gihe Gideyoni+ umuhungu wiwe yariko akubitira ingano mu ruganiro rw’umuvinyu kugira azikureho ningoga Midiyani ntizibone. Abacamanza 8:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko Gideyoni abihinguramwo efodi+, ayishira ahabona mu gisagara ciwe Ofura+; maze ng’aho Isirayeli yose itangura gushurashurana na yo+, ku buryo ibera umutego Gideyoni n’urugo rwiwe+.
11 Mu nyuma umumarayika wa Yehova araza+, yicara munsi y’igiti kinini cari i Ofura, icegukira Yowasi Umwabiyezeri+, mu gihe Gideyoni+ umuhungu wiwe yariko akubitira ingano mu ruganiro rw’umuvinyu kugira azikureho ningoga Midiyani ntizibone.
27 Nuko Gideyoni abihinguramwo efodi+, ayishira ahabona mu gisagara ciwe Ofura+; maze ng’aho Isirayeli yose itangura gushurashurana na yo+, ku buryo ibera umutego Gideyoni n’urugo rwiwe+.