ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Kandi baze bakore efodi y’inzahabu, y’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe, ibe iyideshwe n’umudeshi+.

  • Abacamanza 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Uwo mugabo Mika yari afise inzu y’imana+; atangura rero gukora efodi+ na terafimu*+ no kwuzuza ububasha ukuboko+ kw’umwe mu bahungu biwe, kugira ngo amubere umuherezi+.

  • Abacamanza 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze ba bagabo batanu bari bagiye gutata+ igihugu ca Layishi+ babwira bene wabo bati: “Mwari muzi yuko muri aya mazu hari efodi na terafimu+ n’igishusho c’ikibazano+ be n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+? Ubu rero nimwiyumvire ico muri bukore+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika