-
Abacamanza 18:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 Amaherezo bene Dani batuma abagabo batanu bo mu muryango wabo, abagabo bo muri bo, abagabo b’intwari, bavuye i Zora+ n’i Eshitayoli+, kugira batate+ igihugu no kugira bakigendure. Bababwira rero bati: “Gende mugendure ico gihugu.” Barahava binjira mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, bashika ku nzu ya Mika+, bararaho.
-