Yosuwa 19:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Umupaka w’intoranwa yabo wari Zora+ na Eshitayoli na Iri-shemeshi, Abacamanza 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muri ico gihe, hari umugabo umwe w’i Zora+, wo mu muryango w’Abadani+, akaba yitwa Manowa+. Umugore wiwe yari ingumba; nta mwana yari yaravyaye+. Abacamanza 13:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma impwemu ya Yehova+ itangura kumucanira i Mahane-dani+, hagati ya Zora+ na Eshitayoli+.
2 Muri ico gihe, hari umugabo umwe w’i Zora+, wo mu muryango w’Abadani+, akaba yitwa Manowa+. Umugore wiwe yari ingumba; nta mwana yari yaravyaye+.