Abacamanza 16:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mu nyuma bene wabo be n’urugo rwa se rwose baramanuka, baramuterura baramudugana, bamuhamba hagati ya Zora+ na Eshitayoli+, mw’itongo ryo guhambamwo rya Manowa+ se wiwe. Samusoni yari amaze imyaka mirongo ibiri acira imanza Isirayeli+.
31 Mu nyuma bene wabo be n’urugo rwa se rwose baramanuka, baramuterura baramudugana, bamuhamba hagati ya Zora+ na Eshitayoli+, mw’itongo ryo guhambamwo rya Manowa+ se wiwe. Samusoni yari amaze imyaka mirongo ibiri acira imanza Isirayeli+.