Abacamanza 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Manowa atangura kwinginga Yehova ati: “Ntunga Yehova+. Wa muntu w’Imana y’ukuri uhejeje gutuma, ndakwinginze agaruke aho turi, atwigishe+ ingene tuzogenza uwo mwana azovuka+.”
8 Nuko Manowa atangura kwinginga Yehova ati: “Ntunga Yehova+. Wa muntu w’Imana y’ukuri uhejeje gutuma, ndakwinginze agaruke aho turi, atwigishe+ ingene tuzogenza uwo mwana azovuka+.”