Itanguriro 49:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Dani azocira imanza abantu biwe ari umwe mu miryango ya Isirayeli+. Abacamanza 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova yarahagurutsa rero abacamanza+, bano bakabakiza mu kuboko kw’ababasahura+. Abacamanza 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko acira imanza Isirayeli mu misi y’Abafilisitiya, imyaka mirongo ibiri+.