Itanguriro 49:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Dani azocira imanza abantu biwe ari umwe mu miryango ya Isirayeli+. Gusubira mu vyagezwe 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuri Dani na ho avuga+ ati:“Dani ni icana c’intambwe+.Azosimba avuye i Bashani+.” Yosuwa 19:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Ubupfindo bugira indwi+ busohoka ku bw’umuryango wa bene Dani+ hakurikijwe imiryango yabo.