ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi Sarayi, umugore wa Aburamu, ntiyari yaramuvyariye abana+; mugabo yari afise umusukukazi w’Umunyamisirikazi yitwa Hagari+.

  • Itanguriro 25:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nuko Izahaki aguma yinginga Yehova canecane ku bw’umugore wiwe+, kuko yari ingumba+; Yehova yemera rero kwingingwa ku bwa Izahaki+, maze Rebeka umugore wiwe aribungenga.

  • Luka 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo nta mwana bari bafise, kubera ko Elizabeti yari ingumba+, kandi bompi bari bitereye mu myaka.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika