2 Samweli 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze bahamba nya magufa ya Sauli n’aya Yonatani umuhungu wiwe mu gihugu ca Benyamini i Zela+, mw’itongo ryo guhambamwo rya Kishi+ se wiwe, kugira ngo bakore ikintu cose umwami yari yategetse. Inyuma y’ivyo, Imana yemera rero kwingingwa ku bw’ico gihugu+. 2 Ngoma 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Aguma ayisenga, ku buryo Imana yemera ko ayinginga+ maze yumva ugusaba ubutoni kwiwe, imusubiza i Yeruzalemu ku ngoma yiwe+; nuko Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+. Luka 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko nya mumarayika amubwira ati: “Ntutinye, Zekariya, kubera ko ugutakamba kwawe kwumviswe+, kandi umugore wawe Elizabeti azokuvyarira umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yohani+.
14 Maze bahamba nya magufa ya Sauli n’aya Yonatani umuhungu wiwe mu gihugu ca Benyamini i Zela+, mw’itongo ryo guhambamwo rya Kishi+ se wiwe, kugira ngo bakore ikintu cose umwami yari yategetse. Inyuma y’ivyo, Imana yemera rero kwingingwa ku bw’ico gihugu+.
13 Aguma ayisenga, ku buryo Imana yemera ko ayinginga+ maze yumva ugusaba ubutoni kwiwe, imusubiza i Yeruzalemu ku ngoma yiwe+; nuko Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+.
13 Ariko nya mumarayika amubwira ati: “Ntutinye, Zekariya, kubera ko ugutakamba kwawe kwumviswe+, kandi umugore wawe Elizabeti azokuvyarira umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yohani+.