Yosuwa 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.
28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.