Yosuwa 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma bamurundako ikirundo kinini c’amabuye, kikaba kikiriho gushika n’uyu musi+. Yehova aca areka ishavu ryiwe rirurumba+. Ni co catumye aho hantu hitwa Ikiyaya co Hasi ca Akori*+, gushika n’uyu musi. 2 Samweli 24:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze Dawidi yubakira igicaniro+ Yehova ng’aho, hanyuma ashikana ibimazi biturirwa n’ibimazi vy’ugusangira, maze Yehova yemera kwingingwa+ ku bw’igihugu, ku buryo nya kiza gihagarikwa kikava kuri Isirayeli.
26 Hanyuma bamurundako ikirundo kinini c’amabuye, kikaba kikiriho gushika n’uyu musi+. Yehova aca areka ishavu ryiwe rirurumba+. Ni co catumye aho hantu hitwa Ikiyaya co Hasi ca Akori*+, gushika n’uyu musi.
25 Maze Dawidi yubakira igicaniro+ Yehova ng’aho, hanyuma ashikana ibimazi biturirwa n’ibimazi vy’ugusangira, maze Yehova yemera kwingingwa+ ku bw’igihugu, ku buryo nya kiza gihagarikwa kikava kuri Isirayeli.