2 Abami 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo Ataliya+ nyina wa Ahaziya+, abona ko umuhungu wiwe yari yapfuye. Arahaguruka rero, atikiza abo mu nda y’ingoma* bose+. 2 Ngoma 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehoramu atanguye kuganza ubwami bwa se, akomeza ikibanza ciwe; yicisha rero inkota bene wabo bose+ na bamwe mu baganwa ba Isirayeli.
11 Nayo Ataliya+ nyina wa Ahaziya+, abona ko umuhungu wiwe yari yapfuye. Arahaguruka rero, atikiza abo mu nda y’ingoma* bose+.
4 Yehoramu atanguye kuganza ubwami bwa se, akomeza ikibanza ciwe; yicisha rero inkota bene wabo bose+ na bamwe mu baganwa ba Isirayeli.