Abalewi 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+. Hoseya 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Efurayimu arahahazwa, akajanjagurwa mu butungane+, kuko yiyemeje gukurikira umurwanizi wiwe+. Mika 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivyagezwe vya Omuri+ n’igikorwa cose c’inzu ya Ahabu birubahirizwa+, kandi mugendera mu nama zabo+; ni co gituma nzobagira akajoreza, ababa muri we na bo nkabagira ikintu co kuvugiriza agahwa+; kandi muzokwikorera iceyi c’ibisata vy’abantu+.”
21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+.
16 Ivyagezwe vya Omuri+ n’igikorwa cose c’inzu ya Ahabu birubahirizwa+, kandi mugendera mu nama zabo+; ni co gituma nzobagira akajoreza, ababa muri we na bo nkabagira ikintu co kuvugiriza agahwa+; kandi muzokwikorera iceyi c’ibisata vy’abantu+.”