ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mumenye rero ko ata na kimwe mw’ijambo rya Yehova kizokorokera hasi kitarangutse+ mu vyo Yehova yavuze ku nzu ya Ahabu+; kandi Yehova ubwiwe akoze ivyo yavuze biciye ku musavyi wiwe Eliya+.”

  • 2 Abami 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Vyongeye, Yehu asasika abari basigaye bose mu nzu ya Ahabu i Yezireyeli, n’abagabo b’abanyacubahiro biwe bose+, n’abari bazinanyi na we, n’abaherezi biwe+, gushika aho ata n’umwe amusigariza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika