1 Ngoma 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 hanyuma ababwira ati: “Muri abakuru+ ba ba se b’Abalewi. Nimwiyeze+, mwebwe na bene wanyu, muheze mudugane isandugu ya Yehova Imana ya Isirayeli mu kibanza nayiteguriye.
12 hanyuma ababwira ati: “Muri abakuru+ ba ba se b’Abalewi. Nimwiyeze+, mwebwe na bene wanyu, muheze mudugane isandugu ya Yehova Imana ya Isirayeli mu kibanza nayiteguriye.