1 Ngoma 26:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ku vyavuye mu ntambara+ no ku vyavuye mw’isahu+ hari ivyo bari baragize vyeranda kugira ngo bibungabunge inzu ya Yehova. 2 Ngoma 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Amaherezo igikorwa cose Salomo yabwirizwa gukora ku bw’inzu ya Yehova kirarangira+, nuko Salomo atangura kwinjiza ibintu Dawidi se wiwe yagize vyeranda+; ifeza n’inzahabu be n’ibikoresho vyose abishira mu matunga y’inzu y’Imana y’ukuri+.
27 Ku vyavuye mu ntambara+ no ku vyavuye mw’isahu+ hari ivyo bari baragize vyeranda kugira ngo bibungabunge inzu ya Yehova.
5 Amaherezo igikorwa cose Salomo yabwirizwa gukora ku bw’inzu ya Yehova kirarangira+, nuko Salomo atangura kwinjiza ibintu Dawidi se wiwe yagize vyeranda+; ifeza n’inzahabu be n’ibikoresho vyose abishira mu matunga y’inzu y’Imana y’ukuri+.