1 Ngoma 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Uwo Shelomoti na bene wabo bari bajejwe amatunga yose y’ibintu vyagizwe vyeranda+, ivyo Dawidi+ umwami, n’abakuru b’amazu ya ba sekuru+ babo, n’abakuru b’ibihumbi n’ab’amajana, n’abakuru b’ingabo bari baragize vyeranda. Matayo 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mwa bipfu n’impumyi mwe! Mbega ikiruta ikindi ni ikihe: ni inzahabu canke ni urusengero ruba rwejeje inzahabu+?
26 Uwo Shelomoti na bene wabo bari bajejwe amatunga yose y’ibintu vyagizwe vyeranda+, ivyo Dawidi+ umwami, n’abakuru b’amazu ya ba sekuru+ babo, n’abakuru b’ibihumbi n’ab’amajana, n’abakuru b’ingabo bari baragize vyeranda.
17 Mwa bipfu n’impumyi mwe! Mbega ikiruta ikindi ni ikihe: ni inzahabu canke ni urusengero ruba rwejeje inzahabu+?