1 Samweli 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Samweli abwira abantu bose ati: “Mwabonye uwo Yehova yatoye+, yuko ata n’umwe ameze nka we mu bantu bose?” Nuko abantu bose batangura gusemerera bati: “Umwami nabeho+!”
24 Maze Samweli abwira abantu bose ati: “Mwabonye uwo Yehova yatoye+, yuko ata n’umwe ameze nka we mu bantu bose?” Nuko abantu bose batangura gusemerera bati: “Umwami nabeho+!”