2 Abami 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mu mwaka ugira indwi wa Yehu+, Yehowasi+ aba umwami, maze amara imyaka mirongo ine aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Zibiya w’i Beyeri-sheba.
12 Mu mwaka ugira indwi wa Yehu+, Yehowasi+ aba umwami, maze amara imyaka mirongo ine aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Zibiya w’i Beyeri-sheba.