2 Abami 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 bayashire mu kuboko kw’abakora igikorwa+ mu nzu ya Yehova—abagenywe—kugira ngo bayahe abakora igikorwa bari mu nzu ya Yehova kugira basanasane imigaga y’iyo nzu+, 2 Ngoma 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu mwaka ugira cumi n’umunani+ w’ingoma yiwe, amaze guhumanura igihugu n’inzu, atuma Shafani+ mwene Azaliya na Mayaseya umukuru w’igisagara na Yowa mwene Yowahazi umukarani, kugira ngo basanasane+ inzu ya Yehova Imana yiwe.
5 bayashire mu kuboko kw’abakora igikorwa+ mu nzu ya Yehova—abagenywe—kugira ngo bayahe abakora igikorwa bari mu nzu ya Yehova kugira basanasane imigaga y’iyo nzu+,
8 Mu mwaka ugira cumi n’umunani+ w’ingoma yiwe, amaze guhumanura igihugu n’inzu, atuma Shafani+ mwene Azaliya na Mayaseya umukuru w’igisagara na Yowa mwene Yowahazi umukarani, kugira ngo basanasane+ inzu ya Yehova Imana yiwe.