2 Abami 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Shafani umunyamabanga yinjira aho umwami ari hanyuma abwira umwami ati: “Abasuku bawe basutse amahera yari mu nzu, kandi babandanya kuyashira mu kuboko kw’abakora igikorwa mu nzu ya Yehova+—abagenywe.”
9 Maze Shafani umunyamabanga yinjira aho umwami ari hanyuma abwira umwami ati: “Abasuku bawe basutse amahera yari mu nzu, kandi babandanya kuyashira mu kuboko kw’abakora igikorwa mu nzu ya Yehova+—abagenywe.”