Yosuwa 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nya rubibe rwarasohoka rwerekeza ku mumanuko wa Ekuroni+ mu buraruko, maze rucishwa i Shikeroni; hanyuma rwagenda rwerekeza ku musozi Bayala, rugasohoka rwerekeza i Yabuneyeli; nya rubibe rwagarukira ku kiyaga.
11 Nya rubibe rwarasohoka rwerekeza ku mumanuko wa Ekuroni+ mu buraruko, maze rucishwa i Shikeroni; hanyuma rwagenda rwerekeza ku musozi Bayala, rugasohoka rwerekeza i Yabuneyeli; nya rubibe rwagarukira ku kiyaga.