1 Ngoma 26:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Bari bajejwe kandi ibintu vyose Samweli rubonyi+ na Sauli mwene Kishi na Abuneri+ mwene Neri na Yowabu+ mwene Zeruwiya+ bari baragize vyeranda. Ivyo umuntu wese yagira vyeranda vyagabwa na Shelomiti be na bene wabo.
28 Bari bajejwe kandi ibintu vyose Samweli rubonyi+ na Sauli mwene Kishi na Abuneri+ mwene Neri na Yowabu+ mwene Zeruwiya+ bari baragize vyeranda. Ivyo umuntu wese yagira vyeranda vyagabwa na Shelomiti be na bene wabo.