Abalewi 13:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Imisi yose nya cago kizoba kiri muri we azoba ahumanye. Azoba ahumanye. Akwiye kuba aha wenyene. Hanze y’ikambi+ ni ho azoba. Guharura 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Tegeka bene Isirayeli barungike inyuma y’ikambi umuntu wese arwaye imibembe+, n’umuntu wese afise urunyigimbe rwisuka+, n’uwo wese ahumanijwe n’uwapfuye+. Guharura 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze Yehova abwira Musa ati: “Hamwe se wiwe yomucira+ mu maso, ntiyoteterezwa imisi indwi? Nakumirwe+ imisi indwi inyuma y’ikambi+, mu nyuma abone kugaruka+.” Guharura 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Miriyamu akumirirwa rero inyuma y’ikambi imisi indwi+, maze abantu ntibagenda gushika Miriyamu yakiriwe. 2 Abami 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi hari abagabo bane, abanyamibembe, bari ku bwinjiriro bw’irembo+; nuko batangura kubwirana bati: “Kubera iki tuguma twicaye ng’aha gushika dupfuye?
46 Imisi yose nya cago kizoba kiri muri we azoba ahumanye. Azoba ahumanye. Akwiye kuba aha wenyene. Hanze y’ikambi+ ni ho azoba.
2 “Tegeka bene Isirayeli barungike inyuma y’ikambi umuntu wese arwaye imibembe+, n’umuntu wese afise urunyigimbe rwisuka+, n’uwo wese ahumanijwe n’uwapfuye+.
14 Maze Yehova abwira Musa ati: “Hamwe se wiwe yomucira+ mu maso, ntiyoteterezwa imisi indwi? Nakumirwe+ imisi indwi inyuma y’ikambi+, mu nyuma abone kugaruka+.”
15 Miriyamu akumirirwa rero inyuma y’ikambi imisi indwi+, maze abantu ntibagenda gushika Miriyamu yakiriwe.
3 Kandi hari abagabo bane, abanyamibembe, bari ku bwinjiriro bw’irembo+; nuko batangura kubwirana bati: “Kubera iki tuguma twicaye ng’aha gushika dupfuye?