Gusubira mu vyagezwe 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 igihugu c’ingano na sayiri* n’imizabibu n’insukoni n’amakomamanga+, igihugu c’imyelayo itanga amavuta menshi kikaba n’igihugu c’ubuki+, 2 Ngoma 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 None rero ingano na sayiri n’amavuta n’umuvinyu umukama wanje yasezeranye, nabirungikire abasuku biwe+.
8 igihugu c’ingano na sayiri* n’imizabibu n’insukoni n’amakomamanga+, igihugu c’imyelayo itanga amavuta menshi kikaba n’igihugu c’ubuki+,
15 None rero ingano na sayiri n’amavuta n’umuvinyu umukama wanje yasezeranye, nabirungikire abasuku biwe+.