1 Abami 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze agura umusozi wa Samariya kuri Shemeri ku talanto zibiri z’ifeza; nuko atangura kwubaka kuri uwo musozi, hanyuma igisagara yari yubatse acita Samariya+, akurikije izina rya Shemeri nyene uwo musozi. 1 Abami 22:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Nayo Ahaziya+ mwene Ahabu, aba umwami wa Isirayeli i Samariya mu mwaka ugira cumi n’indwi wa Yehoshafati umwami wa Yuda, aganza Isirayeli imyaka ibiri.
24 Maze agura umusozi wa Samariya kuri Shemeri ku talanto zibiri z’ifeza; nuko atangura kwubaka kuri uwo musozi, hanyuma igisagara yari yubatse acita Samariya+, akurikije izina rya Shemeri nyene uwo musozi.
51 Nayo Ahaziya+ mwene Ahabu, aba umwami wa Isirayeli i Samariya mu mwaka ugira cumi n’indwi wa Yehoshafati umwami wa Yuda, aganza Isirayeli imyaka ibiri.