Luka 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Mugabo ndabibabwiye mwebwe muriko murumviriza: Mubandanye gukunda abansi banyu+, kugirira neza+ ababanka, Abaroma 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo, “nimba umwansi wawe ashonje, mugaburire; nimba anyotewe, muhe ico anywa+; kuko niwagira ivyo uzoba umurunze amakara yaka ku mutwe+.”
27 “Mugabo ndabibabwiye mwebwe muriko murumviriza: Mubandanye gukunda abansi banyu+, kugirira neza+ ababanka,
20 Mugabo, “nimba umwansi wawe ashonje, mugaburire; nimba anyotewe, muhe ico anywa+; kuko niwagira ivyo uzoba umurunze amakara yaka ku mutwe+.”