Imigani 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nimba uwukwanka ashonje, muhe umukate arye; kandi nimba anyotewe, muhe amazi anywe+.