1 Ngoma 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 muri bene Merari+: Asaya+ umukuru na bene wabo, amajana abiri na mirongo ibiri; 1 Ngoma 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bene Merari+ bari Mahili na Mushi+. Bene Mahili bari Eleyazari+ na Kishi.