1 Abami 7:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Mu Ntara ya Yorodani+ ni ho umwami yabishongeshereje mw’iforoma y’ibumba, hagati ya Sukoti+ na Zaretani+.
46 Mu Ntara ya Yorodani+ ni ho umwami yabishongeshereje mw’iforoma y’ibumba, hagati ya Sukoti+ na Zaretani+.