5 “‘Maze ca kimasa kize gikerererwe imbere ya Yehova; kandi bene Aroni, abaherezi+, baze bashikirize amaraso bongere bayamijagire hirya no hino kuri ca gicaniro*+ kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro.
18 Kandi azoshira makeyi kuri nya maraso ku mahembe y’igicaniro+ kiri imbere ya Yehova, ikiri mw’ihema ry’ihuriro. Ayasigaye yose kuri nya maraso azoyasuka ku ntaba y’igicaniro c’ishikanwa riturirwa+, ikiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro.