Abalewi 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze azana hafi ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa, Aroni n’abahungu biwe baraheza barambika ibiganza vyabo ku mutwe wa nya mpfizi y’intama+.
18 Maze azana hafi ya mpfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa, Aroni n’abahungu biwe baraheza barambika ibiganza vyabo ku mutwe wa nya mpfizi y’intama+.