16 Nuko Dawidi abwira abakuru b’Abalewi ngo bashireho bene wabo b’abaririmvyi+, bafise ibicurarangisho vy’ururirimbo+, ibicurarangisho vy’imirya+ n’inanga+ n’ivyuma bisāma+, kugira bacurarange n’ijwi ryumvikana ngo batume humvikana ijwi riteye umunezero.