2 Samweli 24:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Dawidi avyutse mu gitondo, ijambo rya Yehova riza kuri Gadi+ umuhanuzi, umubonyi+ wa Dawidi, riti: 1 Ngoma 29:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nayo ivya Dawidi umwami, ivya mbere n’ivya nyuma, ehe vyanditswe mu majambo ya Samweli rubonyi+ no mu majambo ya Natani+ umuhanuzi no mu majambo ya Gadi+ umubonyi,
11 Dawidi avyutse mu gitondo, ijambo rya Yehova riza kuri Gadi+ umuhanuzi, umubonyi+ wa Dawidi, riti:
29 Nayo ivya Dawidi umwami, ivya mbere n’ivya nyuma, ehe vyanditswe mu majambo ya Samweli rubonyi+ no mu majambo ya Natani+ umuhanuzi no mu majambo ya Gadi+ umubonyi,