Ezekiyeli 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko mbwira abana babo mu gahinga+, nti: ‘Ntimugendere mu ngingo nyobozi za ba sogokuruza banyu+, kandi ntimugumye imanza zabo+, kandi ntimwihumanishe ibigirwamana vyabo vy’umwanda+. Zakariya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “‘Ntimube nka ba so+, abo abahanuzi ba kera bahamagaye+, ngo: “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Ndabinginze mugaruke muve mu nzira zanyu mbi no mu bikorwa vyanyu bibi+.’”’ “‘Mugabo ntibumvirije, kandi ntibanteze ugutwi+,’ ni ko Yehova avuze.
18 Nuko mbwira abana babo mu gahinga+, nti: ‘Ntimugendere mu ngingo nyobozi za ba sogokuruza banyu+, kandi ntimugumye imanza zabo+, kandi ntimwihumanishe ibigirwamana vyabo vy’umwanda+.
4 “‘Ntimube nka ba so+, abo abahanuzi ba kera bahamagaye+, ngo: “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Ndabinginze mugaruke muve mu nzira zanyu mbi no mu bikorwa vyanyu bibi+.’”’ “‘Mugabo ntibumvirije, kandi ntibanteze ugutwi+,’ ni ko Yehova avuze.