2 Ngoma 29:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze uburakari+ bwa Yehova buza kuri Yuda na Yeruzalemu, ku buryo abagira akajugumiza+ akabagira n’akajoreza+ be n’abo kuvugiriza agahwa+, nk’uko muvyibonera n’amaso yanyu.
8 Maze uburakari+ bwa Yehova buza kuri Yuda na Yeruzalemu, ku buryo abagira akajugumiza+ akabagira n’akajoreza+ be n’abo kuvugiriza agahwa+, nk’uko muvyibonera n’amaso yanyu.