2 Ngoma 35:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko igikorwa kirategurwa+, abaherezi na bo baguma bahagaze+ mu bibanza vyabo+, be n’Abalewi bakurikije imice yabo+, nk’uko ibwirizwa ry’umwami ryari+.
10 Nuko igikorwa kirategurwa+, abaherezi na bo baguma bahagaze+ mu bibanza vyabo+, be n’Abalewi bakurikije imice yabo+, nk’uko ibwirizwa ry’umwami ryari+.