2 Ngoma 30:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko baguma bahagaze+ mu kibanza cabo nk’uko ingingo yabo yari, bisunze itegeko rya Musa umuntu w’Imana y’ukuri, abaherezi+ bakamijagira amaraso bahawe n’Abalewi.
16 Nuko baguma bahagaze+ mu kibanza cabo nk’uko ingingo yabo yari, bisunze itegeko rya Musa umuntu w’Imana y’ukuri, abaherezi+ bakamijagira amaraso bahawe n’Abalewi.