Guharura 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Buno hari abagabo bari bacitse abahumanye bivuye ku muntu yapfuye+, ku buryo batashobora gutegura ikimazi ca pasika kuri uwo musi. Ku bw’ivyo baza imbere ya Musa na Aroni kuri uwo musi+.
6 Buno hari abagabo bari bacitse abahumanye bivuye ku muntu yapfuye+, ku buryo batashobora gutegura ikimazi ca pasika kuri uwo musi. Ku bw’ivyo baza imbere ya Musa na Aroni kuri uwo musi+.