-
2 Ngoma 35:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Abaganwa biwe+ na bo batanga intererano yo kuba ishikanwa ritangwa ku bushake ku bw’abantu+, ku bw’abaherezi no ku bw’Abalewi. Hilikiya+ na Zekariya na Yehiyele, bwa ndongozi z’inzu y’Imana y’ukuri, baha abaherezi ibitungwa ibihumbi bibiri n’amajana atandatu be n’inka amajana atatu, ngo bibe imbagwa za pasika.
-