2 Ngoma 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Aya ni yo yari amabanga yabo hakurikijwe inzu ya ba sekuruza babo: Muri Yuda hari abakuru b’ibihumbi: uwa mbere yari Aduna umukuru, akaba yari kumwe n’abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi ibihumbi amajana atatu+.
14 Aya ni yo yari amabanga yabo hakurikijwe inzu ya ba sekuruza babo: Muri Yuda hari abakuru b’ibihumbi: uwa mbere yari Aduna umukuru, akaba yari kumwe n’abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi ibihumbi amajana atatu+.