2 Samweli 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli. Zaburi 89:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nzozigama ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we gushika igihe kitagira urugero+,Kandi isezerano ryanje rizoba iryizigirwa kuri we+.
8 Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.
28 Nzozigama ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we gushika igihe kitagira urugero+,Kandi isezerano ryanje rizoba iryizigirwa kuri we+.