Yesaya 36:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kugira ngo Hezekiya ntabahendahende+ ngo: ‘Yehova ubwiwe azoturokora.’ Mbega imwimwe yose mu mana z’amahanga, yoba yarigeze kurokora igihugu cayo mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+?
18 kugira ngo Hezekiya ntabahendahende+ ngo: ‘Yehova ubwiwe azoturokora.’ Mbega imwimwe yose mu mana z’amahanga, yoba yarigeze kurokora igihugu cayo mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+?