2 Abami 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Manase+ yari afise imyaka cumi n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itanu n’itanu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hefuziba.
21 Manase+ yari afise imyaka cumi n’ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itanu n’itanu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hefuziba.