Abacamanza 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko bene Isirayeli batangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+ no gukorera za Bayali+. 2 Ngoma 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo agendera mu nzira z’abami ba Isirayeli+, mbere akora ibishushanyo vya za Bayali+ mu cuma gishongeshejwe+.
2 Mugabo agendera mu nzira z’abami ba Isirayeli+, mbere akora ibishushanyo vya za Bayali+ mu cuma gishongeshejwe+.