ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 23:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 N’amazu yose+ yo ku bibanza bikirurutse yari mu bisagara+ vya Samariya, ayo abami+ ba Isirayeli bari barubatse kugira bababaze+ Imana, Yosiya ayakuraho, maze ayagirira nk’ivyo yari yaragize i Beteli vyose+.

  • 2 Ngoma 30:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Nuko Hezekiya atuma kuri Isirayeli yose+ na Yuda, mbere yandikira amakete Efurayimu+ na Manase+, ngo baze ku nzu ya Yehova+ i Yeruzalemu kugira bahimbarize pasika*+ Yehova Imana ya Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika