38 mu mwaka ugira cumi na rimwe, mu kwezi kwa Buli, ni ukuvuga ukwezi kw’umunani, nya nzu irarangizwa+ ku bijanye n’utuntu twayo twose be n’umugero wayo+ wose; ku buryo yamaze imyaka indwi ayubaka.
7 Maze abaherezi binjiza isandugu y’isezerano rya Yehova mu kibanza cayo, mu cumba c’ahitereye+ ca ya nzu, Aheranda Rwose+, munsi y’amababa ya ba bakerubi+.