ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 29:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Hanyuma ababwira ati: “Nimunyumvirize, yemwe Balewi. Nimwiyeze+ rero mwongere mweze inzu ya Yehova Imana ya ba sogokuruza banyu, maze musohore ikintu gihumanye mugikure ahantu heranda+.

  • Ezira 6:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kubera ko abaherezi n’Abalewi bari bihumanuye+ uko ari umugwi, bose bari abadahumanye; nuko bakerera imbagwa ya pasika+ ku bw’abahora ari inyagano bose no ku bwa bene wabo abaherezi no ku bwabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika